
asaba abanyagihugu ko batokwemera k’ikiziga iyo catowe gihambwa gihutihuti ata matohoza akozwe. Abishikirije inyuma yaho hari ikiziga c’umugabo catowe mu kinogo cagenewe akazu ka sugumwe muri commune Mabanda kur’uyu wa kane uheze. Hano uno muhinga akibaza k’inyifato yaranze musitanteri w’iyo commune ku bijanye n’ico kiziga, itarimwo uruhara rwiwe mur’ubwo bwicanyi.
🎧 Nadine NIBIGIRA