
bafise ingorane ijanje no kuba bamaze amezi arenga 4 bataronswa infashanyo- ngurane basanzwe bagenewe.Bakaba bashikiriza ko murikigihe bari mubuzima butoroshe, kuko ayomafaranga ariyo yabafasha mu kurangura ibikorwa vyabo vya misi yose.Bagasaba umushikiranganji w' indero kubafasha bagatunganirizwa.
🎧 Danny Claire IRATWUMVA