Hari umumenyeshamakuru wa Radio BONESHA FM yakubiswe bikomeye kur’uyu wa mbere n’akarwi

Просмотров: 211   |   Загружено: 1 нд.
icon
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
icon
5
icon
Скачать
iconПодробнее о видео
k’abaserukira abanyeshure ba Kaminuza y’Uburundi mu kigo co ku Mutanga.Uwo mumenyeshamakuru asigura ko ivyo vyamushikiye mu gihe yari ku kazi kiwe ka misi yose ko kurondera amakuru. Agasaba ko ubutungane bwomutunganiriza hamwe n’uko umutekano wiwe wokubahirizwa.
🎧 Emmanuel NIYUNGEKO

Похожие видео

Добавлено: 55 год.
Добавил:
  © 2019-2021
  Hari umumenyeshamakuru wa Radio BONESHA FM yakubiswe bikomeye kur’uyu wa mbere n’akarwi - RusLar.Me