Ingendo ya bamwe mu baserukira abanyeshure ba kaminuza y'Uburundi bakubaguye kur'uyu wa mbere

Просмотров: 187   |   Загружено: 6 дн
icon
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
icon
0
icon
Скачать
iconПодробнее о видео
umumenyeshamakuru wa Radio Bonesha FM, ngo n'iyo gutera ivyatsi, na cane cane ko vyakozwe n'abantu bariko bitegurira kuzovamwo abategetsi b'igihuguAho kuburagiza abamenyeshamakuru, Keffa NIBIZI umuvugizi w'urunani BURUNDI BWA BOSE, asanga ahubwo bari bakwiye kwubahirizwa, kuko kubw'uwo munyepolitike, igikorwa bakora kirazwi n'amategeko.
🎧 Keffa NIBIZI, avugira urunani BURUNDI BWA BOSE

Похожие видео

Добавлено: 55 год.
Добавил:
  © 2019-2021
  Ingendo ya bamwe mu baserukira abanyeshure ba kaminuza y'Uburundi bakubaguye kur'uyu wa mbere - RusLar.Me