Mu gihe hacibonekeza abarundi bahunga igihugu batinya ko bogirirwa nabi, harimwo n’abagereye

Просмотров: 221   |   Загружено: 1 нд.
icon
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
icon
4
icon
Скачать
iconПодробнее о видео
ubutegetsi bwa CNDD-FDD, ntiharagera ko impunzi z’abarundi zahungiye mu gihugu ca Tanzaniya zobwirwa gutahuka mu gihugu. Ivyo bivugwa na Jean-Bosco RWIGEMERA, icegera c’uwurongoye urunani CFOR-Arusha, inyuma yaho hari intumwa ziviriye mu Burundi zikaja ku munsi wa kabiri w’indwi iheze mw’ikambi ya Nyarugusu muri Tanzaniya guhimiriza impunzi gutahuka mu gihugu.
🎧 Jean-Bosco RWIGEMERA, icegera c’uwurongoye urunani CFOR-Arusha

Похожие видео

Добавлено: 55 год.
Добавил:
  © 2019-2021
  Mu gihe hacibonekeza abarundi bahunga igihugu batinya ko bogirirwa nabi, harimwo n’abagereye - RusLar.Me