Abantu bagera kuri 16 bagizwe n’abakenyezi, abigeme hamwe n’abana nibo bamenyekanye ko bakorewe

Просмотров: 37   |   Загружено: 9 час.
icon
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
icon
0
icon
Скачать
iconПодробнее о видео
amabi atandukanye harimwo abishwe n’abashurashujwe ku nguvu mu kwezi kwa kane guheze.Ivyo biri mucegeranyo c’umuhari w’abakenyezi n’abigeme baharanira amahoro n’umutekano mu Burundi MFFPS, bise ’’ Femme abusée, nation déchirée ’’ basohora buri kwezi, gishira ahabona ihonyangwa ry’agateka k’abakenyezi hamwe n’abana.
🎧 Nadège IRAKOZE

Похожие видео

Добавлено: 55 год.
Добавил:
  © 2019-2021
  Abantu bagera kuri 16 bagizwe n’abakenyezi, abigeme hamwe n’abana nibo bamenyekanye ko bakorewe - RusLar.Me