Umugambwe CNDD uriyamiriza amabi amaze imisi akorwa na bamwe mu bagize inzego z’umutekano,

Просмотров: 212   |   Загружено: 6 дн
icon
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
icon
0
icon
Скачать
iconПодробнее о видео
ku mpunzi z'abarundi ziri mu gihugu ca tanzaniya, mu makambi y'impunzi ya Nyarugusu na Nduta. Mw’itangazo uwo mugambwe wasohoye kur’uyu wa gatatu, usaba ko agatotezo gakorerwa izo mpunzi kohagarara, kandi hagakorwa amatohoza yimbitse kugira ngo abakoze ayo mabi bahanwe hisunzwe amategeko.‎Leonardo Nyangoma arongoye umugambwe CNDD agasaba kandi abarongoye ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho impunzi HCR, gukingira abo barund b’impunzi kuko bari mu maboko yaryo.‎
🎧 Léonard Nyangoma , umukuru w’umugambwe CNDD

Похожие видео

Добавлено: 55 год.
Добавил:
  © 2019-2021
  Umugambwe CNDD uriyamiriza amabi amaze imisi akorwa na bamwe mu bagize inzego z’umutekano, - RusLar.Me