
umugwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi.Daniel Gélase NDABIRABE amenyesha ko itegeko rigenga uwo mugwi ririmwo utunenge n’aho biboneka ko hari imvo za politique zinyegeje inyuma ku bijanye no kurihindura. Ivyo bibonekera mu kiganiro co kubimenyesha abashingamateka cabaye kuri uyu wa kabiri.
🎧 Josiane MUZANEZA