
rusangi, baramaze kwitaba Imaba bahitanywe na kigoyi.Izo mpunzi nta mfashanyo zironswa kuva mu mpera z’umwaka uheze biturutse ku mutekano muke urangwa mu buseruko bw’ico gihugu. Abo barundi ubu bakaba bariko basaba amashirahamwe y’abagiraneza kubagarukirako.
🎧 Elvis NIYOMWUNGERE