
inyishu mu kiringo c’indwi imwe.Ivyo nivyavugiwe munama yahuje abaserukira abandi mubatwara ama bus mugisagara ca Bujumbura barikumwe n’abarongoye Marie ya Bujumbura kuri uyu wa mbere.Colonel de police Jimmy NDAYISHIMIYE Umuhanuzi w’umukuru w’igisagara ca Bujumbura yararongoye iyo nama, amenyesha ko hashizweho indwi yahariwe gusunzuma neza ko ama bus yunguruza abantu abashikana ku bituro bizwi n’amategeko.
🎧