
koko ico bwagenewe kuko ikoreshwa nabi ryabwo rituma igihugu gihomba ibitagenda. Bivurwa n’umuvugizi w’urunani BURUNDI BWA BOSE. Keffa NIBIZI akaba mbere yanasavye ko bibaye ngombwa, ubwo burusho bwogabanywa cane hisunzwe integuro amafaranga Reta iba yarategekanije kwinjiza be n’ugukoresha.
🎧 Keffa NIBIZI, umuvugizi w’urunani BURUNDI BWA BOSE