Pastor Lopez - Uri Umwizigirwa(Live recording Music video)

Просмотров: 246, 475   |   Загружено: 2 год.
icon
Pastor Lopez NININAHAZWE
icon
5, 563
icon
Скачать
iconПодробнее о видео
#gospel #burundi #pastorlopez #music #musicvideo #uriumwizigirwa


Light and sound system: Evin sound group
Video production: IGICANIRO CREATIVE STUDIOS
DOP:Landry-Guez, Andy SP, Noah Ansi, Fleury
Drone operator: Sanny_pictures
Video Director: Josh Eelsi
Audio studio: Wave Lab
Sound Engineer: Hervé
Music Band: Keytoh Band

Verse1 :
Wewe uri umwizigirwa
Uko urunganwe rubisa urundi
Muri wewe
Nta gitutu co guhindagurika

Chorus:
Amaso yanje yarabibonye
Amatwi yanje yaravyiyumviye
Amaboko yanje yarabikozeko
Ndashinga intahe yivyo niboneye
Uranrwa no kugira neza

Verse2 :
Mfise amakuru menshi
Yuko uhereye kera hose
Atawakwizeye
Wamaramaje
Uri uwo kwizerwa mwami.

Bridge:
Ur'umwizigirwa
Mw'ijambo ryawe

Uko bukeye uko bwije
Uteramira ijambo ryawe
Ntuhinduka
Ntuhinduka

Mukeneye gushigikira iki gikorwa mwokwakura kuri 61 852 694 canke mukatwandikira biciye kuri mail ya lopeznininahazwe943@gmail.com

Mushobora kudukurikirana no kuri:

Facebook:

Instagram:

Tiktok:

X:

Похожие видео

Добавлено: 55 год.
Добавил:
  © 2019-2021
  Pastor Lopez - Uri Umwizigirwa(Live recording Music video) - RusLar.Me