
ya Rutana bubahuka kuvuga ku mukazo bariko bakorerwa n’ umuyobozi mfatakibanza . Inyuma y’ ingingo zafatiwe abakora mu gisata c’ iradiyo berekanye ko imaze amezi abiri itariko irakora, abandi bashika kuri cumi nabo barafatiwe ibihano kuru yu wa mbere ngo nuko bavuze ko abakora mu gisata c’iradiyo bariko bararenganwa . Uyo muyobozi w’ imfatakibanza ngo akaba yatanguye guha intumbero za politike ingorane zihanze ivyo bitaro.
🎧 NIYONZIMA Eric