Ishirahamwe PARCEM ryishinze gukangurira Abarundi guhindura ingendo riravye ingene ubutunzi

Просмотров: 249   |   Загружено: 1 нд.
icon
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
icon
2
icon
Скачать
iconПодробнее о видео
bw’igihugu bwifashe, riratera akamo Leta y’Uburundi ko yotunganya gushasha ibijanye n’uburusho butangwa mubijanye no gutoza amakori ku bidandazwa biva hanze « exonération » kuko bitizwe neza.Faustin NDIKUMANA arongoye PARCEM amenyesha k’uburusho buhabwa abinjiza ibidandazwa mu gihugu badatanze amakori burengeje urugero.Umukuru wa Parcem avuga kandi ko igihengeri kinini c’itozwa ry’amakori gishirwaho nutwo turusho turengeje urugero , giheza kikishurwa n’abandi badandaza. Ibiheza bigatuma ibiciro biduga mu gihugu.
🎧 Faustin NDIKUMANA arongoye PARCEM

Похожие видео

Добавлено: 55 год.
Добавил:
  © 2019-2021
  Ishirahamwe PARCEM ryishinze gukangurira Abarundi guhindura ingendo riravye ingene ubutunzi - RusLar.Me