
ridakwirikije amategeko bikorerwa abanywanyi babo mu bumanuko bw'igihugu.Afatiye kumunywanyi apfungiwe kuva kur'uyu wa kabiri mu gasho ka komisariya y'igipolisi muri komine Makamba hamwe n'uwundi yarusimvye,Keffa NIBIZI avugira urwo runani,arababazwa no kubona igipolisi kitashoboye guhagarika kur'uyu wa mbere imbonerakure yaheruka gukomeretsa umunywanyi wa Sahwanya FRODEBU muri komine Nyanza -Lac intara ya Makamba, mugihe ico gipolisi nyene cari citwaje umutahe.
🎧 Keffa NIBIZI, ni umuvugizi w’urunani BURUNDI BWA BOSE